Ibikoresho

Uretse inyandiko z'ibisobanuro byuzuye zo kukugira inkunga gutera intego buri gisubizo, izagutumirwa ubuntu, hano uzabona urutonde rw'inkunga zitishwa zo kukugira inkunga muri buri isomo.

You are encouraged to always use the Cape Town Commitment as a source document for all the outcomes.

Ngombwa! Mu bihe byose, abanyeshuri bagomba kumenya gukoresha ibyo bize mu buryo bwabo. Nyamuneka ohereza urupapuro rw'isuzuma ku munyeshuri wese mu mpera y'igiciro, ku adresse itangwa ku rupapuro.

Ibisubizo byose bitangira na "Abanyeshuri bazaba babishoboye …"

1. Kuyobora nka Yesu

  1. Kwera imbuto z'Umwuka wera mu buzima bwawe bwose, ukitoza kwicisha bugufi, kuba inyangamugayo no kwiyoroshya.
  2. Tondeka unasobanure imigirire y'umwuka.
  3. Sobanura kandi ugaragaze amahame 5 y'ingenzi yo muri Bibiliya yo gusenga nk'ishingiro ry'umurimo wose w'Imana.
  4. Sobanura amahame y'isengesho ry'umuntu ku giti cye n'umuryango mugari, maze usobanure uburyo bwo kubisanisha n'ubuzima bwa buri munsi.
  5. Gushyira mu bikorwa amahame y'imyitwarire agenwa na Bibiliya ku mibanire yo mu itorero cyangwa mu murimo.
  6. Gusobanura uburyo imyifatire ya Yesu ku bagore n'abana yagakwiriye guhindura itorero.
  7. Gusobanura ushingiye kuri Bibiliya ku birebana no kuba igisonga ku gihe, ubushobozi bwawe bwa muntu, ubutunzi n'ibyaremwe.
  8. Gusobanura umumaro w'itorero.
  9. Gusobanura wifashishije Bibiliya umubatizo ndetse n'ifunguro rya nyuma rya Yesu n'abaigishwa icyo bisobanuye.
  10. Gusobanura uburyo itorero rya gakwiriye koyoborwa mu buryo bunoze kandi buzira amakemwa.
  11. Gusobanura uburyo imbaraga za Kristo zitsinda irari ry'umubiri, Isi, na satani.
Kuyobora nka Yesu

2. Kumenya ibyanditswe

  1. Sobanura "inkuru ikomeye" ya Bibiliya yose igaragaza Yesu nk'izingiro ry'umugambi w'Imana wo gutanga agakiza.
  2. Vuga ubwoko 3 bw'ibitabo bya Bibiliya, uvuge umwihariko wa buri kimwe ushingiye ku mwanditsi, igihe cyandikiwe intego yacyo n'ubwoko bw'imyandikire.
  3. Kuvuga nibura inyigisho 5 z'ingenzi za Yesu mu ncamake.
  4. Gusobanura akamaro ku rupfu n'izuka rya Yesu.
  5. Gusobanura ibintu 5 by'ingenzi biri mu gitabo cy'Ibyakozwe n'Intumwa.
  6. Tegura unabwirize cyangwa wigishe Ijambo ry'Imana neza.
  7. Kwizera, gusobanura no gushyira mu bikorwa amahame shingiro ya Bibiliya.
  8. Gusobanura uburyo "ubutumwa bwiza busezeranya ubutunzi bw'isi" budashingiye kuri Bibiliya kandi budashyitse/butemewe.
  9. Kugaragaza isumbwe ry'imitekerereze ya Bibiliya ugereranyije n'imitekerereze y'isi isanzwe ku gutekereza ku kintu kimwe.
  10. Vuga ibintu 3 by'ingenzi, uvuge buri kimwe n'igihe cyabere kandi igihe kibe gitandukanye n'icyi ikindi mu bintu byabaye mu mateka y'Itorero.
  11. Abanyeshuli bagomba kubasha gusobanura neza imizi y'amateka y'amatorero yabo (cyangwa imirimo iikomeye yavutse ishingiye ku matorero yabo).
Kumenya ibyanditswe

3. Kugera ku bantu no kubahindura abigishwa

  1. Kubasha kubwiriza Ubutumwa Bwiza neza ku bagize umuryango, incuti n'abantu mutaziranye.
  2. Gushishikariza abandi no kubakangurira kwitabira umuhamagaro w'Imana.
  3. Gutoza nibura umuntu umwe mu buryo bwihariye bw'ivugabutumwa cyangwa ubutumwa bwiza.
  4. Gusobanura uburyo bazakurikiza urugero rwa Yesu mu guhindura abantu abigishwa nka we.
  5. Kumenya no gutoza nibura abantu 3 kugira ngo bagire icyo bakora mu murimo w'itorero.
  6. Gusobanura uburyo Bibiliya ishobora gukoreshwa mu guhuza no kumenyesha uko abantu bagakwiye kwitwara mu muco w'aho baba cyangwa bakorera.
  7. Gukoresha ikoranabuhanga n'imbuga nkoranyambaga mu murimo w'Imana.
Kugera ku bantu no kubahindura abigishwa

4. Kuragira/Gushumba ubwoko bw'Imana

  1. Kugaragaza imiyoborere y'ubushumba bw'ubugaragu nk'iya Kristo.
  2. Kugaragaza impuhwe, kwakira abantu neza no kubabarira abantu bose (haba no ku bantu bafite ubumuga cyangwa ibindi bintu bibatandukanya n'abandi).
  3. Guhumuriza no gufasha abandi mu gihe cy'ibibazo (ari iby'urupfu, ibibazo by'abashakanye, uburwayi, gukemura amakimbirane n'ibindi).
  4. Gufasha abiteguye gushakana kwitegura gushyingirwa kwabo.
  5. Kugira uruhare mu murimo w'Imana, usabana n'abana ndetse n'urubyiruko.
  6. Gusobanura uruhare rw'abagabo n'abagore mu kugira imibanire irimo ubudahemuka n'urukundo mu muryango.
  7. Gusobanura ingaruka zo kutabona papa.
  8. Gukemura amakimbirane mu mibanire.
Kuragira/Gushumba ubwoko bw'Imana

On this page you will find short, helpful recordings which will assist you, as the facilitator, to teach your students.

0. Introduction

01. Outcomes- what are they?
02. The Role of the Facilitator
03. Class participation
04. The Cape Town Commitment
05. Intro & Overview

1. Leading like Jesus

01. Outcome 1
02. Outcome 1 Part 2
03. Outcome 2 Part 1
04. Outcome 2 Part 2
05. Outcome 3
06. Outcome 4
07. Outcome 5
08. Outcome 6 Part 1
09. Outcome 6 Part 2
10. Outcome 6 Part 3
11. Outcome 7
12. Outcome 8
13. Outcome 9
14. Outcome 10
15. Outcome 11

2. Handling the Word

01. Outcome 1 Part 1
02. Outcome 1 Part 2
03. Outcome 1 Part 3
04. Outcome 1 Part 4
05. Outcome 1 Part 5
06. Outcome 2 Part 1
07. Outcome 2 Part 2
08. Outcome 2 Part 3
09. Outcome 2 Part 4
10. Outcome 3 Part 1
11. Outcome 3 Part 2
12. Outcome 4
13. Outcome 5
14. Outcome 6 Part 1
15. Outcome 6 Part 2
16. Outcome 6 Part 3
17. Outcome 7 Part 1
18. Outcome 7 Part 2
19. Outcome 7 Part 3
20. Outcome 7 Part 4
21. Outcome 8 Part 1
22. Outcome 8 Part 2
23. Outcome 8 Part 3
24. Outcome 9
25. Outcome 10 Part 1
26. Outcome 10 Part 2
27. Outcome 10 Part 3
28. Outcome 11

3. Reaching and Making Disciples

01. Outcome 1
02. Outcome 2 Part 1
03. Outcome 2 Part 2
04. Outcome 3.3 Part 1
05. Outcome 3.3 Part 2
06. Outcome 3.3 Part 3
07. Outcome 3.3 Part 4
08. Outcome 4
09. Outcome 5
10. Outcome 6
11. Outcome 7

4. Shepherding God's People

01. Outcome 1 Part 1
02. Outcome 1 Part 2
03. Outcome 2 Part 1
04. Outcome 2 Part 2
05. Outcome 3 Part 1
06. Outcome 3 Part 2
07. Outcome 4
08. Outcome 5 Part 1
09. Outcome 5 Part 2
10. Outcome 5 Part 3
11. Outcome 6 Part 1
12. Outcome 6 Part 2
13. Outcome 7 Part 1
14. Outcome 7 Part 2
15. Outcome 8 Part 1
16. Outcome 8 Part 2
17. Outcome 8 Part 3

0. Introduction

01. Résultats – quels sont-ils
02. Le rôle du facilitateur
03. Participation en classe
04. L'engagement du Cap
05. Introduction et aperçu

1. Diriger comme Jésus

01. Résultat 1
02. Résultat 2
03. Résultat 3
04. Résultat 4
05. Résultat 5
06. Résultat 6
07. Résultat 7
08. Résultat 8
09. Résultat 9
10. Résultat 10
11. Résultat 11

2. Manipuler la Parole

01. Résultat 1 (Partie 1)
02. Résultat 1 (Partie 2)
03. Résultat 2
04. Résultat 3
05. Résultat 4
06. Résultat 5
07. Résultat 6
08. Résultat 7
09. Résultat 8
10. Résultat 9
11. Résultat 10
12. Résultat 11

3. Atteindre et faire des disciples

01. Résultat 1
02. Résultat 2
03. Résultat 3
04. Résultat 4
05. Résultat 5
06. Résultat 6
07. Résultat 7

4. Berger le peuple de Dieu

01. Résultat 1
02. Résultat 2
03. Résultat 3
04. Résultat 4
05. Résultat 5 (Partie 1)
06. Résultat 5 (Partie 2)
07. Résultat 6
08. Résultat 7
09. Résultat 8

0. Introdução

01. Resultados - o que são?
02. O papel do facilitador
03. Participação na aula
04. Compromisso da Cidade do Cabo
05. Introdução e visão geral

1. Liderar como Jesus

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4
05. Resultado 5
06. Resultado 6
07. Resultado 7
08. Resultado 8
09. Resultado 9
10. Resultado 10
11. Resultado 11

2. Manuseio da Palavra

01. Resultado 1 (Parte 1)
02. Resultado 1 (Parte 2)
03. Resultado 2
04. Resultado 3
05. Resultado 4
06. Resultado 5
07. Resultado 6
08. Resultado 7
09. Resultado 8
10. Resultado 9
11. Resultado 10
12. Resultado 11

3. Alcançar e fazer discípulos

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4
05. Resultado 5
06. Resultado 6
07. Resultado 7

4. Pastoreio do povo de Deus

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4 (Parte 1)
05. Resultado 4 (Parte 2)
06. Resultado 5
07. Resultado 6
08. Resultado 7
09. Resultado 8

0. Introducción

01. Resultados: ¿qué son?
02. El papel del facilitador
03. Participación en clase
04. El Compromiso de Ciudad del Cabo
05. Introducción y descripción general

1. Liderar como Jesús

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4
05. Resultado 5
06. Resultado 6
07. Resultado 7
08. Resultado 8
09. Resultado 9
10. Resultado 10
11. Resultado 11

2. Manejo de la Palabra

01. Resultado 1 (Parte 1)
02. Resultado 1 (Parte 2)
03. Resultado 2
04. Resultado 3
05. Resultado 4
06. Resultado 5
07. Resultado 6
08. Resultado 7
09. Resultado 8
10. Resultado 9
11. Resultado 10
12. Resultado 11

3. Alcanzar y hacer discípulos

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4
05. Resultado 5
06. Resultado 6
07. Resultado 7

4. Pastorear al pueblo de Dios

01. Resultado 1
02. Resultado 2
03. Resultado 3
04. Resultado 4
05. Resultado 5 (Parte 1)
06. Resultado 5 (Parte 2)
07. Resultado 6
08. Resultado 7
09. Resultado 8

0. Utangulizi. Kuongoza kama Yesu

01. Matokeo
02. Tathatmini
03. Ushiriki wa darasa
04. Ahadi ya Cape Town
05. Utangulizi na Muhtasari

1. Kuongoza kama Yesu

01. Tokea la 1.1 Sehemu ya 1
02. Tokea la 1.1 Sehemu ya 2
03. Tokea la 1.2 Sehemu ya 1
04. Tokea la 1.2 Sehemu ya 2
05. Tokea la 1.3
06. Tokea la 1.4
07. Tokea la 1.5
08. Tokea la 1.6 Sehemu ya 1
09. Tokea la 1.6 Sehemu ya 2
10. Tokea la 1.7
11. Tokea la 1.8
12. Tokea la 1.9
13. Tokea la 1.11 Sehemu ya 1
14. Tokea la 1.10
15. Tokea la 1.11 Sehemu ya 2

2. Kulitumia Neno

01. Tokea la 2.1 Sehemu ya 1
02. Tokea la 2.1 Sehemu ya 2
03. Tokea la 2.2
04. Tokea la 2.3
05. Tokea la 2.4
06. Tokea la 2.5
07. Tokea la 2.6
08. Tokea la 2.7
09. Tokea la 2.8
10. Tokea la 2.9
11. Tokea la 2.10
12. Tokea la 2.11

3. Kuwafikia na Kuwafanya Wanafunzi

01. Tokea la 3.1
02. Tokea la 3.2
03. Tokea la 3.3 Sehemu ya 1
04. Tokea la 3.3 Sehemu ya 2
05. Tokea la 3.4
06. Tokea la 3.5
07. Tokea la 3.6
08. Tokea la 3.7

4. Kuchunga Watu wa Mungu

01. Tokea la 4.1
02. Tokea la 4.2
03. Tokea la 4.3
04. Tokea la 4.4
05. Tokea la 4.5 Sehemu ya 1
06. Tokea la 4.5 Sehemu ya 2
07. Tokea la 4.6
08. Tokea la 4.7
09. Tokea la 4.8

Niba utuye muri Afurika ushobora gukurura Africa Study Bible UBUNTU mu mwaka umwe kuri App store.